Back to Indirimbo Zo Guhimbaza Imana List Indirimbo Zo Guhimbaza Imana #227

Hymn 227 Mbeg'Inteko!

[V1]
Umwana w'umunt'azaz'igitondo gitangaje,
Nibwo twese tuzabon'ikuzo rye.
Azakur'abantu be mu moko yose yo mw'isi,
Iyo nteko nini iratangaje

**

[C]
**
**S. na A.:**
Mbeg'inteko nini nziza!
Inteko nini y'abacunguwe na Yesu ubwe!
Mbeg'inteko nini y'abantu!
Bazahora banezerew'iteka!
**T. na B.:**
Mbeg'inteko, mbeg'inteko!
Nini nziza, nini nziza!
Inteko nini y'abacunguwe na Yesu ubwe!
Mbeg'inteko, mbeg'inteko!
nini y'abantu! Bazahora banezerew'iteka!

[V2]

Abasinziriye muri Yesu bazakanguka,
N'ubwo bab'ikuzimu no mu nyanja,
Bahabw'imibiri imeze nk'iy'abo mw'ijuru,
Iyo nteko nini izatangaza!

[C]
**
**S. na A.:**
Mbeg'inteko nini nziza!
Inteko nini y'abacunguwe na Yesu ubwe!
Mbeg'inteko nini y'abantu!
Bazahora banezerew'iteka!
**T. na B.:**
Mbeg'inteko, mbeg'inteko!
Nini nziza, nini nziza!
Inteko nini y'abacunguwe na Yesu ubwe!
Mbeg'inteko, mbeg'inteko!
nini y'abantu! Bazahora banezerew'iteka!

[V3]

Tuzabon'umudugud'urimw'amazu yera de,
N'uruzi rwa ya mazi y'ubugingo.
Abazaba baratandukanye bazabonana,
Izab'ar'inteko nin'itangaje!

[C]
**
**S. na A.:**
Mbeg'inteko nini nziza!
Inteko nini y'abacunguwe na Yesu ubwe!
Mbeg'inteko nini y'abantu!
Bazahora banezerew'iteka!
**T. na B.:**
Mbeg'inteko, mbeg'inteko!
Nini nziza, nini nziza!
Inteko nini y'abacunguwe na Yesu ubwe!
Mbeg'inteko, mbeg'inteko!
nini y'abantu! Bazahora banezerew'iteka!

[V4]

Nukuri Yes'agiye kugaruka bidatinze,
Uwo muns'uzab'umuns'uhiriwe,
Twese tuzahindurwa mu kanya, Nk'ako guhumbya! Iyo nteko nin'izab'itangaje!

[C]
**
**S. na A.:**
Mbeg'inteko nini nziza!
Inteko nini y'abacunguwe na Yesu ubwe!
Mbeg'inteko nini y'abantu!
Bazahora banezerew'iteka!
**T. na B.:**
Mbeg'inteko, mbeg'inteko!
Nini nziza, nini nziza!
Inteko nini y'abacunguwe na Yesu ubwe!
Mbeg'inteko, mbeg'inteko!
nini y'abantu! Bazahora banezerew'iteka!

227. Mbeg'Inteko!

Link copied to clipboard successfully!