Back to Indirimbo Zo Guhimbaza Imana List
Indirimbo Zo Guhimbaza Imana #14
Hymn 14 Wumv'Amatur'Agwa
[V1]
Wumv'amatur'agwa, Ukw'ajegera.
Yose n'aya Yesu, Niwe dutura.
**
Wumv'amatur'agwa, Ukw'ajegera.
Yose n'aya Yesu, Niwe dutura.
**
[C]
**
Agwa, agwa, agwa, agwa,
Amatur'agwa, Yose n'aya Yesu,
Niwe dutura.
**
Agwa, agwa, agwa, agwa,
Amatur'agwa, Yose n'aya Yesu,
Niwe dutura.
[V2]
Ava mu tuganza, Wumv'agumy'agwa!
N'ituro rya Yesu, Ryo mu twana twe.
Ava mu tuganza, Wumv'agumy'agwa!
N'ituro rya Yesu, Ryo mu twana twe.
[C]
**
Agwa, agwa, agwa, agwa,
Amatur'agwa, Yose n'aya Yesu,
Niwe dutura.
**
Agwa, agwa, agwa, agwa,
Amatur'agwa, Yose n'aya Yesu,
Niwe dutura.
[V3]
Ubu turi bato, Niyo dufite;
Ubwo tuzakura, Tuzasumbyaho.
Ubu turi bato, Niyo dufite;
Ubwo tuzakura, Tuzasumbyaho.
[C]
**
Agwa, agwa, agwa, agwa,
Amatur'agwa, Yose n'aya Yesu,
Niwe dutura.
**
Agwa, agwa, agwa, agwa,
Amatur'agwa, Yose n'aya Yesu,
Niwe dutura.
[V4]
Nitugira bike, Tukwihe Mwami.
Byos'uzabyakira, Utwikirize.
Nitugira bike, Tukwihe Mwami.
Byos'uzabyakira, Utwikirize.
[C]
**
Agwa, agwa, agwa, agwa,
Amatur'agwa, Yose n'aya Yesu,
Niwe dutura.
**
Agwa, agwa, agwa, agwa,
Amatur'agwa, Yose n'aya Yesu,
Niwe dutura.