Back to Indirimbo Zo Guhimbaza Imana List Indirimbo Zo Guhimbaza Imana #270

Hymn 270 Nyobora Mwami Wanjye

[V1]
Nyobora Mwami wanjye (Mwami wanjye),
Ne kurorongotana (mbane nawe),
Mb'amahor'unyoboye (unyoboye),
Iyo nkuri bugufi (nkuri bugufi).

**

[C]
**
Mukiza we, Mpabura nahabiye kure,
Unyambutse mw'isumo (mw'isumo),
Mwami ngendane nawe (nawe).

[V2]

Iyo ngeze mu kaga (ncits'intege)
Umber'ubuhungiro (buhungiro),
Nyakiran'imbabazi (imbabazi),
Nezerwa turi kumwe (turi kumwe).

[C]
**
Mukiza we, Mpabura nahabiye kure,
Unyambutse mw'isumo (mw'isumo),
Mwami ngendane nawe (nawe).

[V3]

Ntabara Mwami mwiza (Mwami mwiza),
Mu mibabaro yanjye (yanjye yose),
Kugez'ubwo nzager'aho (nzager'aho),
Ntazarir'ukundi (ntazarir'ukundi).

[C]
**
Mukiza we, Mpabura nahabiye kure,
Unyambutse mw'isumo (mw'isumo),
Mwami ngendane nawe (nawe).

270. Nyobora Mwami Wanjye

Link copied to clipboard successfully!