Back to Indirimbo Zo Guhimbaza Imana List Indirimbo Zo Guhimbaza Imana #19

Hymn 19 Ba Mas'Udacumura

[V1]
Ba mas'udacumura!
Ibyaha bigota,
Bihora bikwegera cyane,
Ng'utajya mw'ijuru.

[V2]

Ba maso rwana senga!
Nturek'urugamba!
Ururasany'iminsi yose,
Utabaz'Imana.

[V3]

Komeza nturanesha!
Wirekur'intwaro!
Dor'intambara ntirashira,
Udahaw'ikamba.

19. Ba Mas'Udacumura

Link copied to clipboard successfully!